Bang Media

Reba Video

Igitsina

Nta mugabo agira imboro nto

Anonymous has left a new comment on your post "UBURYO BWO GUSWERA":

Nta mugabo agira imboro nto. Ahubwo izo twita nto nizo zigezweho. Imboro ndende ntiryohera abagore. Umugore wawe jya umutegura neza. Ukakimusaba ntukire gutarukirako. Hanyuma utanguye kumwenda ntuce usumagiza canke ngo unyarutse. Gira bukebuke kandi uze uramubwira n'utujambo tw'urukundo. Niwihuta gusohora imboro ica igwa hanyuma umugore ukaba uramuhemukiye. Tureke rero kurutwa n'ibikoko. Uzorabe ibikoko nk'impene, inkoko,intama, inka,.... ntibikira gusimbirako bibaza gutegura bigasaba. Uzorabe isake ibanza gutorera inkokokazi ikayirisha. None tuturtwe n'ibikoko?

CG Bujumbura.

No comments:

Post a Comment