Bang Media

Reba Video

Igitsina

Guswera Umuyaya-Ingaruka

Commentaire y'umusomyi wacu

---------- Forwarded message ----------
From: Anonymous <noreply-comment@blogger.com>
Date: Fri, 14 Aug 2009 03:10:16 -0700 (PDT)
Subject: [IGITUBA] New comment on KUKI ABAGABO BASWERA ABAYAYA.
To: bangambiki@igituba.org

Anonymous has left a new comment on your post "KUKI ABAGABO BASWERA
ABAYAYA":

Murambwirira abarundi nabo, harimwo abagore cangwa abagabo babigenza
gutyo, uzi ko umuyaya atabanga, ahita ayagira abakozi bandi ko shebuja
yamusavye igituba , abakozi bakabiyagira ba shebuja. Umuji wose
ukamenya ko uri umugabo w' ikigoryi , ukarusha kwikakamisha naho
uneganega aho waneguwe.Ja mubaca kure abayaya.Ngo hari n' abagore
bafata abakozi b' abahungu kunguvu iyo bapfakaye bakiri bato bafise
ingeso yo guswerana.Bangwe ni ibanga ngo NUWASWEREYE NYIONA MURUTARA
YARAMENYEKANYE

Posted by Anonymous to IGITUBA at August 14, 2009 3:10 AM


--
igituba.org - kuko isoni zirisha uburozi

No comments:

Post a Comment